YouVersion Logo
Search Icon

Habakuki 2:2-3

Habakuki 2:2-3 RUN1967

Maz’ Uhoraho aranyishura, at’ Andika ivyo weretswe, uvyandike ku bisate mu nyuguti zisomeka, kugira ng’ ūbisoma anyarutse. Kukw ivyerekanywe bifise igihe vyashingiwe, kandi vyihutira kugishikako, ntibizobesha; naho vyotebagana, ubirorēre, kuko bitazobura kuza, ntibizoteba.

Free Reading Plans and Devotionals related to Habakuki 2:2-3