YouVersion Logo
Search Icon

Itanguriro 48:15-16

Itanguriro 48:15-16 RUN1967

Ahezagira Yosefu, at’ Imana, iyo sogokuru Aburahamu na data Isaka bagendera imbere, Imana yandagiye mu kubaho kwanje kwose igashitsa n’ubu, umumarayika yandokoye mu vyago vyose, ihe aba bahungu umugisha; ni bitirirwe izina ryanje, n’irya sogokuru Aburahamu n’irya data Isaka; barakarondoka, babe benshi cane mw isi.

Free Reading Plans and Devotionals related to Itanguriro 48:15-16