Itanguriro 43:30
Itanguriro 43:30 RUN1967
Nuko Yosefu arinyusha, kuko mu mutima yari n’ikigumbagumba ca mwene nyina, arondera ah’ aririra, yikebereza haruguru, aririrayo.