YouVersion Logo
Search Icon

Itanguriro 41:39-40

Itanguriro 41:39-40 RUN1967

Farawo abarira Yosefu, ati Kw Imana ikweretse ivyo vyose, nta wundi munyabgenge w’umuhanga muhwanye; nguhaye kugaba urugo rwanje, kand’ abantu banje bose baze bumvire ico uzovuga: ku ngoma yanje yonyene ni ho nzogusumba.

Free Reading Plans and Devotionals related to Itanguriro 41:39-40