Kuvayo 7:11-12
Kuvayo 7:11-12 RUN1967
Farawo na we ahamagaza abanyabgenge n’abapfumu: abo ni bo banyamarēba bo muri Egiputa, na bo babigira bartyo, babikoresheje amarēba yabo. Umuntu wese muri bo aterera inkoni yiwe hasi, iba inzoka; maz’ inkoni ya Aroni imira izabo.





