YouVersion Logo
Search Icon

Kuvayo 2:11-12

Kuvayo 2:11-12 RUN1967

Maze Mose amaze gukura, umusi ur’ izina agendera bene wabo, yitegereza ubugene batwazwa ituntu; abona Umunyegiputa akubita Umuheburayo w’i wabo. Yeraguza hirya no hino, maz’ abonye kw ata wumubona, yica uwo Munyegiputa, umuvyimba awuhisha mu musenyi.