YouVersion Logo
Search Icon

Kuvayo 10:13-14

Kuvayo 10:13-14 RUN1967

Mose atunga ya nkoni yiwe hejuru y’igihugu ca Egiputa, Uhoraho azana umuyaga mur’ ico gihugu uvuye i burasirazuba, wiriza umusi ukesha ijoro; bukeye, uwo muyaga uvuye i burasirazuba uzana inzige. Zirasenyuka ziza mu gihugu ca Egiputa hose, zigwa mu gihugu iyo kiva kikagera; zar’ icago gikomeye cane: uhereye kera hose ntihigeze kubah’ inzige nk’izo, kandi ntihazokwongera kuboneka izingana na zo.