Daniyeli 8:19-21
Daniyeli 8:19-21 RUN1967
Arambgira, at’ Umve ngira nkumenyeshe ibizoba mu gihe c’uburake bgo kw iherezo; kukw ar’ ivy’ igihe c’iherezo cashinzwe. Impfizi y’intama y’amahembe abiri wabonye ni bo bami b’Abamedi n’Abaperesi. Impfizi y’impene y’ibisambi ni we mwami w’i Bugiriki; kand’ ihembe rinini ryari hagati y’amaso yayo ni we mwami wabo wa mbere.



