YouVersion Logo
Search Icon

Ivyakozwe N’intumwa 7:59-60

Ivyakozwe N’intumwa 7:59-60 RUN1967

Maze bakiriko baratera Stefano amabuye, arambaza, aravuga, ati Mwami Yesu, akīra ubugingo bganje. Araheza arapfukama, asemerera n’ijwi rirenga, ati Mwami, ntubaharūrekw iki caha. Amaze kuvuga artyo, aca aracīkāna. Kandi Sauli na we yarabishimye ko yicwa.

Free Reading Plans and Devotionals related to Ivyakozwe N’intumwa 7:59-60