Ivyakozwe N’intumwa 7:49
Ivyakozwe N’intumwa 7:49 RUN1967
at’ Ijuru ni ryo ntebe yanje y’ubgami, Isi na yo n’indava y’ibirenge vyanje; Muzonyubakira inzu ki? ni k’Uhoraho abajije, Canke nzoruhukira ahantu ki?