Ivyakozwe N’intumwa 15:8-9
Ivyakozwe N’intumwa 15:8-9 RUN1967
Kand’ Imana izi imitima, yarabashingiye intahe, hamwe yabaha Mpwemu Yera, nk’uko yamuduhaye natwe; ntiyashirah’ itandukaniro hagati yacu na bo, yogesheje imitima yabo ukwizera.