2 Ab’i Korinto 1:21-22
2 Ab’i Korinto 1:21-22 RUN1967
Imana ni yo idukomezanya namwe muri Kristo, kandi ni yo yaturobanuje amavuta. Kandi ni yo yadushizekw ikimenyetso, itugwatiriza Mpwemu wayo mu mitima yacu.