1
Itanguriro 2:24
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Ni co gituma umugabo azosiga se na nyina akabana n’umugore wiwe ubutakivana, maze bakaba umubiri umwe.
Compare
Explore Itanguriro 2:24
2
Itanguriro 2:18
UHORAHO Imana aravuga ati: “Si vyiza ko umuntu yibana wenyene. Ngira ndamuronderere umufasha bakwiranye.”
Explore Itanguriro 2:18
3
Itanguriro 2:7
Nuko UHORAHO Imana arema umuntu mu mukungugu wo hasi, ahumekera impwemu y’ubuzima mu mazuru yiwe, maze wa muntu aca aba uwufise ubuzima.
Explore Itanguriro 2:7
4
Itanguriro 2:23
Wa mugabo aca aravuga ati: “Iri ni igufa ryo mu magufa yanje, ni agace k’umubiri wanje! Azokwitwa ‘umugore’ kuko yakuwe mu mugabo.”
Explore Itanguriro 2:23
5
Itanguriro 2:3
Imana ihezagira umusi ugira indwi iraweza, kuko kuri uwo musi yaruhutse igikorwa cayo c’irema.
Explore Itanguriro 2:3
6
Itanguriro 2:25
Uwo mugabo n’uwo mugore bari gusa, ariko nta soni vyabatera.
Explore Itanguriro 2:25
Home
Bible
Plans
Videos