1
Zakariya 6:12
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Umubwire uti uku ni ko UHORAHO Mushoboravyose avuze: ‘Ehe umuntu yitwa Shami araje, kandi azoshamikira mu kibanza ciwe maze yubake urusengero rw’UHORAHO.
Compare
Explore Zakariya 6:12
2
Zakariya 6:13
Ni we azokwubaka urusengero rw’UHORAHO, azokwambikwa icubahiro c’inganji maze yicare ku ntebe yiwe y’ubwami aganze. Ari ku ntebe yiwe y’ubwami, azoba n’umuherezi, kandi ayo mabanga yiwe abiri azoyahuza neza mu rutonde ntangere.’
Explore Zakariya 6:13