1
Itanguriro 14:20
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Kandi iragahezagirwa Imana Musumbavyose, yaguhaye kunesha abansi bawe.” Nuko Aburamu aha Melekisedeki ica cumi c’ivyo yari afise vyose.
Compare
Explore Itanguriro 14:20
2
Itanguriro 14:18-19
Maze Melekisedeki umwami w’i Salemu, akaba n’umuherezi w’Imana Musumbavyose amuzanira imikate n’umuvinyu. Ahezagira Aburamu avuga ati: “Aburamu aragahezagirwa n’Imana Musumbavyose, yaremye ijuru n’isi.
Explore Itanguriro 14:18-19
3
Itanguriro 14:22-23
Aburamu aramwishura ati: “Ndakurahiye imbere y’UHORAHO, Imana Musumbavyose, yaremye ijuru n’isi, ko ata kintu na kimwe cawe ntwara, n’aho koba akanyuzi canke umugozi w’ikirato, kugira ngo ntuzohave uvuga uti: ‘Ni jewe natungishije Aburamu.’
Explore Itanguriro 14:22-23
Home
Bible
Plans
Videos