1
Ivyakozwe 18:10
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
kuko ndi kumwe na we. Nta n’umwe azogufata ngo akugirire nabi, kuko mfise abantu benshi muri kino gisagara.”
Compare
Explore Ivyakozwe 18:10
2
Ivyakozwe 18:9
Umusi umwe hari mw’ijoro, Umwami Imana abarira Pawulo mu ndoto ati: “Ntutinye! Bandanya uvuga, ntucereze
Explore Ivyakozwe 18:9
Home
Bible
Plans
Videos