1
Hoseya 2:19-20
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Kandi nzokwikwerera ube uwanje ibihe bidashira; mbere nzokwikwerera mu bugororotsi no mu kuroranya no mu kugira neza no mu mbabazi. Ni koko nzokwikwerera mu kuba umwizigirwa: nawe uzommenya jewe Uhoraho.
Compare
Explore Hoseya 2:19-20
2
Hoseya 2:15
Nzohamukomōrera imizabibu yiwe, ndamuhe ca kiyaya c’i Akori ngo kimubere irembo ry’ivyizigiro: na we azoharirimbira, nko mu gihe c’ubuto bgiwe, nko mu gihe yadūga, avuye mu gihugu ca Egiputa.
Explore Hoseya 2:15