1
Ivyakozwe N’intumwa 6:3-4
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Nuko, bene Data, ni murābe muri mwebge abantu ndwi bashimwa, buzuye Mpwemu Yera n’ubgenge, tubashire kur’ iki gikorwa. Ariko tweho tuzoshishikara gusenga no kugabura ijambo ry’Imana.
Compare
Explore Ivyakozwe N’intumwa 6:3-4
2
Ivyakozwe N’intumwa 6:7
Nukw ijambo ry’Imana riragwira; abigishwa barōndōka cane i Yerusalemu, abaherezi b’akavuvu bumvira ukwizera.
Explore Ivyakozwe N’intumwa 6:7
Home
Bible
Plans
Videos