1 Yohani 4:7-8

1 Yohani 4:7-8 BIR

Ncuti nkunda, reka dukundane kuko urukundo rukomoka ku Mana, umuntu wese ukunda abandi aba abaye umwana w'Imana kandi aba azi Imana. Udakunda ntabwo azi Imana, kuko Imana ari urukundo.

1 Yohani 4:7-8 հետ կապված անվճար Ընթերցանության ծրագրեր և Շինության խոսքեր