YouVersion logga
BibelnLäsplanerVideor
Skaffa appen
Språkväljare
Sök ikon

Populära bibelverser från Matayo 22

1

Matayo 22:37-39

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Yesu aramwishura ati: “ ‘Ukundishe Uhoraho Imana yawe umutima wawe wose, n’umushasha wawe wose n’ubwenge bwawe bwose.’ Iryo ni ryo bwirizwa rya mbere kandi riruta ayandi. Irya kabiri na ryo risa n’iryo: ‘Ukunde mugenzawe nk’uko wikunda.’

Jämför

Utforska Matayo 22:37-39

2

Matayo 22:40

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Ivyagezwe n’ivyanditswe n’abavugishwa vyose bishingiye kuri ayo mabwirizwa abiri.”

Jämför

Utforska Matayo 22:40

3

Matayo 22:14

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Burya abatumiwe ni benshi, ariko abatoranijwe ni bake.”

Jämför

Utforska Matayo 22:14

4

Matayo 22:30

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Ku musi w’izuka abantu ntibazorongora canke ngo barongorwe, bazoba bameze nk’abamarayika bo mw’ijuru.

Jämför

Utforska Matayo 22:30

5

Matayo 22:19-21

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Nyereka igiceri mukoresha mu kuriha ikori.” Bamuzanira idenariyo, igiceri c’Abaroma, aca arababaza ati: “Iyi shusho n’ibi vyandiko biriko ni ivya nde?” Baramwishura bati: “Ni ivya Kayisari.” Aca ababwira ati: “Nuko rero ivya Kayisari nimubihe Kayisari, ivy’Imana na vyo mubihe Imana.”

Jämför

Utforska Matayo 22:19-21

Gratis läsplaner och andakter relaterade till Matayo 22

Föregående kapitel
Nästa kapitel
YouVersion

Uppmuntrar och utmanar dig att söka Guds närhet varje dag.

Tjänst

Om

Karriärer

Volontär

Blogg

Press

Användbara länkar

Hjälp

Donera

Bibelöversättningar

Ljudbiblar

Bibelspråk

Dagens vers


En digital tjänst från

Life.Church
Svenska

©2026 Life.Church / YouVersion

IntegritetspolicyVillkor
Åtgärdsprogram för säkerhet
FacebookTwitterInstagramYouTubePinterest