YouVersionロゴ
聖書読書プランビデオ
アプリを入手
言語選択
検索アイコン

Yohana 9の有名な聖句

1

Yohana 9:4

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Dutegerezwa gukora ibikorwa vy’uwantumye hakibona. Ijoro riraje, aho ata wushobora gukora.

比較

Yohana 9:4で検索

2

Yohana 9:5

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Nkiri mw’isi, ndi umuco w’isi.”

比較

Yohana 9:5で検索

3

Yohana 9:2-3

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Abigishwa biwe baramubaza bati: “Mwigisha, ni nde yacumuye bigatuma uwu muntu avuka ari impumyi: mbega ni we canke ni abavyeyi biwe?” Yesu arabishura ati: “Ntivyavuye ku vyaha vyiwe canke ku vy’abavyeyi biwe, ariko ibi vyabaye kugira ngo ubushobozi bw’Imana bwiyerekanire muri we.

比較

Yohana 9:2-3で検索

4

Yohana 9:39

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Yesu aca avuga ati: “Naje muri iyi si guca urubanza, kugira ngo abahumye bahumuke, maze abibaza ko babona na bo ndabereke ko ari impumyi.”

比較

Yohana 9:39で検索

無料の読書プランとYohana 9に関係したデボーション

前章
次章
YouVersion

日々、神との親しい交わりを求めるために、あなたを励まし、勇気を与えます。

ミニストリー

概要

キャリア

ボランティア

ブログ

プレス

便利なリンク集

ヘルプ

寄付

聖書の訳

オーディオ聖書

聖書の言語

今日の聖句


デジタルミニストリー

Life.Church
日本語

©2026 Life.Church / YouVersion

プライバシー規約利用規約
脆弱性の開示
FacebookTwitterInstagramYouTubePinterest