YouVersion logga
BibelnLäsplanerVideor
Skaffa appen
Språkväljare
Sök ikon

Populära bibelverser från Matayo 20

1

Matayo 20:26-28

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Ariko muri mwebwe si ko bikwiye kumera. Ahubwo, uwushaka kuba umukuru muri mwebwe, ategerezwa kuba umukozi wanyu, kandi uwushaka kuba uwa mbere akwiye kuba umugurano wanyu; kuko n’Umwana w’Umuntu ntiyazanywe no gukorerwa, ahubwo yazanwe no gukorera abandi no gutanga ubuzima bwiwe ngo bube incungu ya benshi.”

Jämför

Utforska Matayo 20:26-28

2

Matayo 20:16

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Abari inyuma bazoba ab’imbere, kandi abari imbere bazoba ab’inyuma.”

Jämför

Utforska Matayo 20:16

3

Matayo 20:34

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Yesu abagirira impuhwe, aca abakora ku maso; ubwo nyene baca barahumuka baramukurikira.

Jämför

Utforska Matayo 20:34

Gratis läsplaner och andakter relaterade till Matayo 20

Föregående kapitel
Nästa kapitel
YouVersion

Uppmuntrar och utmanar dig att söka Guds närhet varje dag.

Tjänst

Om

Karriärer

Volontär

Blogg

Press

Användbara länkar

Hjälp

Donera

Bibelöversättningar

Ljudbiblar

Bibelspråk

Dagens vers


En digital tjänst från

Life.Church
Svenska

©2026 Life.Church / YouVersion

IntegritetspolicyVillkor
Åtgärdsprogram för säkerhet
FacebookTwitterInstagramYouTubePinterest