YouVersion logga
BibelnLäsplanerVideor
Skaffa appen
Språkväljare
Sök ikon

Populära bibelverser från Malaki 3

1

Malaki 3:10

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Nimuzane ikigiracumi gikwiye mu bubiko bwanje, kugira ngo mu nzu yanje habemwo ivyokurya. Ehe nimubingeragereshe, jewe UHORAHO Mushoboravyose, murabe ko ntugurura imiryango yo mw’ijuru, nkabacuncuburirako imigisha mukabura n’aho muyikwiza.

Jämför

Utforska Malaki 3:10

2

Malaki 3:11-12

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Nzozitira inzige n’ingwara ntibitere imirima yanyu, kandi inzabibu zanyu ntizizohunguruka ziteze,” ni ko UHORAHO Mushoboravyose avuze. “Ni ho amahanga yose azobita abahirwe, kuko muzoba igihugu kimpimbara,” ni ko UHORAHO Mushoboravyose avuze.

Jämför

Utforska Malaki 3:11-12

3

Malaki 3:17-18

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

“Kuri wa musi, nzocirako imanza,” ni ko UHORAHO Mushoboravyose avuze, “bazoba ari ubutunzi niharije kandi budasanzwe. Nzobazigamira mu mbabazi zanje nk’uko umuvyeyi agirira impuhwe akazigama umwana wiwe amwubaha. Kandi muzobona ubudasa hagati y’abagororotsi n’abanyakibi, no hagati y’abakorera Imana n’abatayikorera,” ni ko UHORAHO avuze.

Jämför

Utforska Malaki 3:17-18

4

Malaki 3:1

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

“Ehe raba ngira ntume intumwa yanje imbere, kugira ngo integurire inzira. Maze ako kanya UHORAHO muriko murarondera azoheza aze mu Ngoro yiwe, umuvugishwa w’isezerano, uwo mwipfuje, agiye kuza,” ni ko UHORAHO Mushoboravyose avuze.

Jämför

Utforska Malaki 3:1

Gratis läsplaner och andakter relaterade till Malaki 3

Föregående kapitel
Nästa kapitel
YouVersion

Uppmuntrar och utmanar dig att söka Guds närhet varje dag.

Tjänst

Om

Karriärer

Volontär

Blogg

Press

Användbara länkar

Hjälp

Donera

Bibelöversättningar

Ljudbiblar

Bibelspråk

Dagens vers


En digital tjänst från

Life.Church
Svenska

©2026 Life.Church / YouVersion

IntegritetspolicyVillkor
Åtgärdsprogram för säkerhet
FacebookTwitterInstagramYouTubePinterest