1
Matayo 25:40
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Umwami na we azobishura, ati Ndababgire ukuri: Ko mwabigiriye umwe mur’ aba bene Data bari hanyuma y’abandi, ni jewe mwabigiriye.
Compară
Explorează Matayo 25:40
2
Matayo 25:21
Shebuja aramubgira, ati Wagize neza, muntu wanje mwiza wo kwizigirwa, wizigiwe kuri bike, nzoguha kugaba vyinshi. Injira mu munezero wa shobuja.
Explorează Matayo 25:21
3
Matayo 25:29
Kuk’ ūfise wese azohabga, asesekarizwe: arik’ ūdafise azokwakwa n’ico yar’ afise.
Explorează Matayo 25:29
4
Matayo 25:13
Nuko mwame mugavye kuko mutazi umusi cank’ isaha.
Explorează Matayo 25:13
5
Matayo 25:35
Nari nshonje, murangaburira, nari mfise inyota, mumpa ico nnywa; nar’ ingenzi, mumpa indāro
Explorează Matayo 25:35
6
Matayo 25:23
Explorează Matayo 25:23
7
Matayo 25:36
nagenda gusa, muranyambika; nari ndwaye, muza kurāba uko mmeze; nari mw ibohero, muza kundāba.
Explorează Matayo 25:36