1
Matayo 22:37-39
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Aramwishura, ati Mukundishe Uhoraho Imana yanyu imitima yanyu yose n’ubugingo bganyu bgose n’ubgenge bganyu bgose. Iryo ni ryo rihambaye rya mbere. Har’ irindi rya kabiri rimeze nka ryo, n’iri: Mukunde bagenzi banyu nk’uko mwikunda.
Compară
Explorează Matayo 22:37-39
2
Matayo 22:40
Kur’ ayo mabgirizwa yompi ivyagezwe vyose n’amajambo y’abavugishwa n’Imana ni yo vyenenako.
Explorează Matayo 22:40
3
Matayo 22:14
Kukw abatowe ari benshi, arikw abatoranijwe bakaba bake.
Explorează Matayo 22:14
4
Matayo 22:30
Mw izuka ntibazorongora kandi ntibazoshingirwa: bazoba nk’abamarayika bo mw ijuru.
Explorează Matayo 22:30
5
Matayo 22:19-21
Ni munyereke ihera ry’ikori. Bamuzanira idenariyo. Arababaza, at’ Iki gishushanyo n’ibi vyanditsweko n’ivya nde? Bati N’ivya Kayisari. Bun’ arababgira, ati Nuko rer’ ivya Kayisari ni mubihe Kayisari, ivy’ Imana mubihe Imana.
Explorează Matayo 22:19-21