1
Yohana 4:24
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Imana ni impwemu, kandi abayisenga bakwiye kuyisenga mu Mpwemu no mu kuri.”
比較
Yohana 4:24で検索
2
Yohana 4:23
Ariko igihe kiraje kandi kirashitse aho abasenga b’ukuri bazosenga Data mu Mpwemu no mu kuri. Abo ni bo basenzi Data arondera.
Yohana 4:23で検索
3
Yohana 4:14
ariko uwunywa amazi ntanga ntazosubira kugira inyota. Ahubwo ayo mazi azohinduka isoko ridudubiza muri we, rizana ubugingo budashira.”
Yohana 4:14で検索
4
Yohana 4:10
Yesu aramwishura ati: “Iyo uba wari uzi ingabire y’Imana, akamenya n’uwugusavye amazi yo kunywa uwo ari we, wari kumusaba na we akaguha amazi y’ubugingo.”
Yohana 4:10で検索
5
Yohana 4:34
Yesu arababwira ati: “Ivyokurya vyanje ni ugukora ivyo uwantumye agomba, no guheraheza igikorwa ciwe.
Yohana 4:34で検索
6
Yohana 4:11
Wa mugore aramwishura ati: “Nyakwubahwa, nta co ufise co kuvomesha kandi iriba ni rirerire. Ayo mazi y’ubugingo woyakura he?
Yohana 4:11で検索
7
Yohana 4:25-26
Wa mugore aravuga ati: “Ndazi ko Mesiya (yitwa Kristo) azoza. Niyaza, azodusobanurira vyose.” Yesu aramubwira ati: “Uwo Kristo, ni Jewe nyene turiko tuvugana.”
Yohana 4:25-26で検索
8
Yohana 4:29
“Nimuze murabe umuntu yambwiye ivyo nakoze vyose. Ashobora kuba ari we Kristo.”
Yohana 4:29で検索