YouVersionロゴ
聖書読書プランビデオ
アプリを入手
言語選択
検索アイコン

Itanguriro 8の有名な聖句

1

Itanguriro 8:21-22

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

UHORAHO anezerezwa n’ubumote bw’ico kimazi, araheza yivugana mu mutima ati: “Sinzosubira kuvuma isi ndayiziza abantu, naho ivyiyumviro vyo mu mitima yabo ari bibi kuva mu buto bwabo. Kandi sinzosubira kurandura ibifise ubuzima vyose nk’uko mpejeje kubikora. Isi ikiriho, igihe co kubiba n’ico kwimbura, igihe c’imbeho n’ic’ubushuhe, igihe c’ici n’ic’agatasi, hamwe n’igihe c’ijoro n’ic’umurango, bizokwamaho.”

比較

Itanguriro 8:21-22で検索

2

Itanguriro 8:20

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Maze Nowa yubakira UHORAHO igicaniro, afata bimwe mu bikoko n’inyoni bidahumanye, abitangako ikimazi kuri ico gicaniro.

比較

Itanguriro 8:20で検索

3

Itanguriro 8:1

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Maze Imana yibuka Nowa n’ibikoko vyose vyo mw’ishamba hamwe n’ibitungano vyari kumwe na we mu bwato, nuko irungika umuyaga kw’isi, maze amazi atangura kugabanuka.

比較

Itanguriro 8:1で検索

4

Itanguriro 8:11

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Ya numa igarutse ku mugoroba, izana ibabi rishasha ry’igiti ca Elayo mu kanwa kayo. Maze Nowa atahura ko amazi yagabanutse kw’isi.

比較

Itanguriro 8:11で検索

前章
次章
YouVersion

日々、神との親しい交わりを求めるために、あなたを励まし、勇気を与えます。

ミニストリー

概要

キャリア

ボランティア

ブログ

プレス

便利なリンク集

ヘルプ

寄付

聖書の訳

オーディオ聖書

聖書の言語

今日の聖句


デジタルミニストリー

Life.Church
日本語

©2026 Life.Church / YouVersion

プライバシー規約利用規約
脆弱性の開示
FacebookTwitterInstagramYouTubePinterest