YouVersionロゴ
聖書読書プランビデオ
アプリを入手
言語選択
検索アイコン

Ivyakozwe 5の有名な聖句

1

Ivyakozwe 5:29

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Petero n’izindi ntumwa barishura bati: “Dutegerezwa kwubaha Imana kuruta abantu!

比較

Ivyakozwe 5:29で検索

2

Ivyakozwe 5:42

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Imisi yose bama mu rusengero canke mu mihana, ntibigeze bahagarika kwigisha no kwamamaza inkuru nziza, bavuga ko Yesu ari we Kristo.

比較

Ivyakozwe 5:42で検索

3

Ivyakozwe 5:3-5

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Maze Petero abaza Ananiya ati: “Ananiya, ni gute wemeye ko Satani yuzuza umutima wawe guhenda Mpwemu Yera mu kunyegeza igice c’amahera wagurishije itongo ryawe? Mbega utararigurisha ntiryari iryawe? Kandi umaze kurigurisha, amahera ntiyari ayawe? Vyakugendeye gute ngo wiyumvire gukora ikintu nk’ico? Erega si twebwe wabeshe, ahubwo wabeshe Imana!” Ananiya acumva ivyo, agwa hasi arahwera. Abumvise ibibaye bose batekerwa n’ubwoba.

比較

Ivyakozwe 5:3-5で検索

4

Ivyakozwe 5:38-39

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

None rero ku bw’aba bantu na bo, ndabahanure: Nimurekure aba bantu bigire! Kuko nimba ivyo bariko barakora vyavuye ku bantu, nta ho bizoshika. Ariko nimba biva ku Mana, ntimuzoshobora kubagwanya; ahubwo muzosanga muriko mugwanya Imana.”

比較

Ivyakozwe 5:38-39で検索

無料の読書プランとIvyakozwe 5に関係したデボーション

前章
次章
YouVersion

日々、神との親しい交わりを求めるために、あなたを励まし、勇気を与えます。

ミニストリー

概要

キャリア

ボランティア

ブログ

プレス

便利なリンク集

ヘルプ

寄付

聖書の訳

オーディオ聖書

聖書の言語

今日の聖句


デジタルミニストリー

Life.Church
日本語

©2026 Life.Church / YouVersion

プライバシー規約利用規約
脆弱性の開示
FacebookTwitterInstagramYouTubePinterest