YouVersionロゴ
聖書読書プランビデオ
アプリを入手
言語選択
検索アイコン

Ivyakozwe 28の有名な聖句

1

Ivyakozwe 28:31

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Yama yigisha ivy’Ubwami bw’Imana n’ivya Yesu Kristo, ashize amanga rwose kandi ata ntambamyi.

比較

Ivyakozwe 28:31で検索

2

Ivyakozwe 28:5

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Pawulo aca akunkumurira ico kiyoka mu muriro, kandi ubumara bwaco ntibwagira ico bumugira.

比較

Ivyakozwe 28:5で検索

3

Ivyakozwe 28:26-27

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

‘Genda ubwire ubwo bwoko uti: Kwumva muzokwama mwumva ariko ntimuzokwigera mutahura, kuraba muzokwama muraba ariko ntimuzokwigera mubona. Kuko imitima y’ubu bwoko ikomantaye; amatwi yabo ntashobora kwumva, kandi amaso yabo barayahumiriza. Ahandi ho bobonesheje amaso yabo, bakumvisha amatwi yabo, bagatahurisha imitima yabo, maze bagahindukira nanje nkabakiza.’

比較

Ivyakozwe 28:26-27で検索

前章
次章
YouVersion

日々、神との親しい交わりを求めるために、あなたを励まし、勇気を与えます。

ミニストリー

概要

キャリア

ボランティア

ブログ

プレス

便利なリンク集

ヘルプ

寄付

聖書の訳

オーディオ聖書

聖書の言語

今日の聖句


デジタルミニストリー

Life.Church
日本語

©2026 Life.Church / YouVersion

プライバシー規約利用規約
脆弱性の開示
FacebookTwitterInstagramYouTubePinterest