YouVersionロゴ
聖書読書プランビデオ
アプリを入手
言語選択
検索アイコン

Ivyakozwe 26の有名な聖句

1

Ivyakozwe 26:17-18

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Nzokurokora mu maboko y’ubwoko bwawe no mu maboko y’Abanyamahanga, abo ndagutumyemwo, kugira ngo ubugurure amaso, bave mu mwijima baje mu muco, ubakure mu bubasha bwa Satani ubazane ku Mana, baharirwe ivyaha vyabo, maze bahabwe ikibanza mu bejejwe babihawe no kunyizera.’

比較

Ivyakozwe 26:17-18で検索

2

Ivyakozwe 26:16

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

None rero va hasi uhagarare, kuko ndakwiyeretse kugira ngo ndagutume nk’umukozi wanje, kandi nk’icabona co gushingira intahe ivyo wambonyeko n’ivyo nzokwereka.

比較

Ivyakozwe 26:16で検索

3

Ivyakozwe 26:15

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Nanje nca ndamubaza nti: ‘Uri nde ga Mwami?’ Na we ati: ‘Ndi Yesu uwo uriko urahama.

比較

Ivyakozwe 26:15で検索

4

Ivyakozwe 26:28

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Agiripa aca abaza Pawulo ati: “Wibaza ko mu kanya gato nk’aka woshobora kunyemeza nkaba Umukristo?”

比較

Ivyakozwe 26:28で検索

前章
次章
YouVersion

日々、神との親しい交わりを求めるために、あなたを励まし、勇気を与えます。

ミニストリー

概要

キャリア

ボランティア

ブログ

プレス

便利なリンク集

ヘルプ

寄付

聖書の訳

オーディオ聖書

聖書の言語

今日の聖句


デジタルミニストリー

Life.Church
日本語

©2026 Life.Church / YouVersion

プライバシー規約利用規約
脆弱性の開示
FacebookTwitterInstagramYouTubePinterest