YouVersionロゴ
聖書読書プランビデオ
アプリを入手
言語選択
検索アイコン

Ivyakozwe 20の有名な聖句

1

Ivyakozwe 20:35

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Muri vyose, naberetse akarorero keza ko dutegerezwa gukora cane kugira ngo dufashe abatishoboye, twibuka amajambo y’Umwami Yesu ubwiwe, we yavuze ati: ‘Hari umugisha mu gutanga kurusha mu guhabwa.’ ”

比較

Ivyakozwe 20:35で検索

2

Ivyakozwe 20:24

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Ariko mbona ko ubuzima bwanje atari ikintu c’agaciro kanini, ico nshaka ni kunonosora urugendo rwanje, no gusozera neza igikorwa Umwami Yesu yampaye co kubwira abantu Ubutumwa Bwiza bw’ubuntu bw’Imana.

比較

Ivyakozwe 20:24で検索

3

Ivyakozwe 20:28

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Nuko rero mwirinde mwebwe ubwanyu mwongere murinde n’ubusho Mpwemu Yera yabahaye ngo mububere abungere. Muragire ishengero ry’Imana, iryo yaguze amaraso y’umwana wayo.

比較

Ivyakozwe 20:28で検索

4

Ivyakozwe 20:32

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Ubu rero ndabaragije Imana n’ijambo ry’ubuntu bwayo, ryo rishobora kubakomeza mu kwizera no kubaha kuragwa ivyiza hamwe n’abera.

比較

Ivyakozwe 20:32で検索

前章
次章
YouVersion

日々、神との親しい交わりを求めるために、あなたを励まし、勇気を与えます。

ミニストリー

概要

キャリア

ボランティア

ブログ

プレス

便利なリンク集

ヘルプ

寄付

聖書の訳

オーディオ聖書

聖書の言語

今日の聖句


デジタルミニストリー

Life.Church
日本語

©2026 Life.Church / YouVersion

プライバシー規約利用規約
脆弱性の開示
FacebookTwitterInstagramYouTubePinterest