Logo YouVersion
Icona Cerca

Ivyakozwe N’intumwa 9:17-18

Ivyakozwe N’intumwa 9:17-18 RUN1967

Ananiya aragenda, yinjira mu nzu, amurambikakw ibiganza, aramubgira, ati Sauli, mwene Data, Umwami arantumye, ni we Yesu yakubonekereye mu nzira wazananye, ng’uhumūke, wuzuzwe Mpwemu Yera. Uwo mwanya ibisa n’ibikaragashi bimuva ku maso, arahumūka, ava hasi, arabatizwa

Piani di Lettura e Devozionali gratuiti relativi a Ivyakozwe N’intumwa 9:17-18