1
Abaroma 15:13
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Imana itanga ivyizigiro ibuzuze umunezero wose n’amahoro biva ku kwizera, kugira ngo murushirize kwizigira ibizoba, mubihawe n’ubushobozi bga Mpwemu Yera.
Porovnat
Zkoumat Abaroma 15:13
2
Abaroma 15:4
Kukw ivyanditswe kera vyose vyandikiwe kutwigisha, kugira ngo kwihangana no guhumurizwa guheshwa n’ivyanditswe biduhe kwizigira ibizoba.
Zkoumat Abaroma 15:4
3
Abaroma 15:5-6
Arikw Imana itanga ukwihangana n’uguhumurizwa ibahe guhūza imitima yanyu, nk’uko Kristo Yesu agomba, kugira ngo muhimbaze n’umutima umwe n’akanwa kamwe Imana y’Umwami wacu Yesu Kristo, ni yo Se.
Zkoumat Abaroma 15:5-6
4
Abaroma 15:7
Nuko mwemerane, nk’uko Kristo na we yabemeye, kugira ngw Imana ishimishwe.
Zkoumat Abaroma 15:7
5
Abaroma 15:2
Umuntu wese muri twebge anezereze mugenzi we, kugira ngw abone ivyiza, akomezwe.
Zkoumat Abaroma 15:2