1
Ivyakozwe N’intumwa 26:17-18
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
ndagukize abo mur’ ubu bgoko bo n’abanyamahanga, ni bo ngutumyeko, kubahumūra amaso kugira ngo bahindukire bave mu mwiza baje mu muco, bave no mu bubasha bga Satani baje ku Mana, bateko baharirwe ivyaha vyabo, baraganwe n’abejejwe n’ukunyizera.
Porovnat
Zkoumat Ivyakozwe N’intumwa 26:17-18
2
Ivyakozwe N’intumwa 26:16
Ariko va hasi, hagarara n’ibirenge vyawe: kukw igitumye nkwiyereka, ar’ukugira ngo ngutoranye nkugire umukozi wanje n’icabona co gushingira intahe ivy’ umbonanye, n’ivyo nzokwiyerekeramwo
Zkoumat Ivyakozwe N’intumwa 26:16
3
Ivyakozwe N’intumwa 26:15
Nanje ndabaza, nt’ Uri nde ga Mwami? Umwami aranyishura, ati Ndi Yesu, uwo urik’ urahīga.
Zkoumat Ivyakozwe N’intumwa 26:15
4
Ivyakozwe N’intumwa 26:28
Agiripa yishura Paulo, at’ Unkwegesha ivyo bike ng’ umpindure Umukristo?
Zkoumat Ivyakozwe N’intumwa 26:28
Domů
Bible
Plány
Videa