1
Ivyakozwe N’intumwa 24:16
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Ni co gituma na ntaryo nkobereza kugira umutima utanyagiriza ikibi ku Mana canke ku bantu.
Porovnat
Zkoumat Ivyakozwe N’intumwa 24:16
2
Ivyakozwe N’intumwa 24:25
Akirikw aravuga ivy’ ukugororoka n’ivy’ ukwirinda n’ivy’ amateka azocibga, Feliki aranduka umutima, aramubarira, at’ Ubu ni wīgīre, ni naronka uburyo bgiza nzogutumako.
Zkoumat Ivyakozwe N’intumwa 24:25