1
Ivyakozwe N’intumwa 10:34-35
Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)
RUN1967
Petero yanzika kuvuga, ati N’ukuri ni ho nkimenya yukw Imana itarobanura abantu ku butoni, ariko mu mahanga yose ūyubaha, agakora ivy’ ukugororoka, iramwemera.
Porovnat
Zkoumat Ivyakozwe N’intumwa 10:34-35
2
Ivyakozwe N’intumwa 10:43
Abāvugishwa n’Imana bose bāmushingiye intahe, bavuga yuk’ ūmwizera wese azoharirwa ivyaha kubg’ izina ryiwe.
Zkoumat Ivyakozwe N’intumwa 10:43