Matayo 23:37

Matayo 23:37 BIR

“Yeruzalemu! Yeruzalemu! Wica abahanuzi kandi ukicisha amabuye abagutumweho! Ni kangahe nashatse gukorakoranya abana bawe nk'uko inkoko ibundikira imishwi yayo mu mababa, ariko ntimunkundire!

Imatge del verset per a Matayo 23:37

Matayo 23:37 - “Yeruzalemu! Yeruzalemu! Wica abahanuzi kandi ukicisha amabuye abagutumweho! Ni kangahe nashatse gukorakoranya abana bawe nk'uko inkoko ibundikira imishwi yayo mu mababa, ariko ntimunkundire!