Malaki 2:16
Malaki 2:16 BKC
“Kuko ndanka ukwahukana,” ni ko UHORAHO Imana ya Isirayeli avuze, “kandi nanka n’umuntu yitwikira umuryano nk’uko yitwikirira umutamana,” ni ko UHORAHO Mushoboravyose avuze. None rero nimurinde imitima yanyu, mwoye guhemukira abagore banyu.


