YouVersion logotips
Meklēt ikonu

Malaki 4:5-6

Malaki 4:5-6 BKC

“Raba nzobarungikira Eliya uwuvugishwa n’Imana, imbere y’uko uwo musi w’UHORAHO uteye ubwoba ushika. Ubutumwa bwiwe buzosubiza imitima y’abavyeyi ku bana babo, n’imitima y’abana ku bavyeyi babo. Ahandi ho nzoza ndanduze isi umuvumo.”

Lasi Malaki 4

Pants Attēli Malaki 4:5-6

Malaki 4:5-6 - “Raba nzobarungikira Eliya uwuvugishwa n’Imana, imbere y’uko uwo musi w’UHORAHO uteye ubwoba ushika. Ubutumwa bwiwe buzosubiza imitima y’abavyeyi ku bana babo, n’imitima y’abana ku bavyeyi babo. Ahandi ho nzoza ndanduze isi umuvumo.”Malaki 4:5-6 - “Raba nzobarungikira Eliya uwuvugishwa n’Imana, imbere y’uko uwo musi w’UHORAHO uteye ubwoba ushika. Ubutumwa bwiwe buzosubiza imitima y’abavyeyi ku bana babo, n’imitima y’abana ku bavyeyi babo. Ahandi ho nzoza ndanduze isi umuvumo.”