Logo YouVersion
Icona Cerca

Matayo 28:12-15

Matayo 28:12-15 BKC

Abo baherezi bakurubakuru baca bagirana inama n’abakuru b’Abayuda, baha amahera menshi ba barinzi b’imva, bababwira bati: “Muze muvuge muti: ‘Abigishwa biwe baraje mw’ijoro dusinziriye, biba ikiziga ciwe.’ Pilato niyavyumva, tuzomwumvisha nta ngorane muzogira.” Abo barinzi bakira ayo mahera hanyuma bakora nk’uko babwiwe. Inkuru yabo ikwira hose mu Bayuda, kugeza n’uno musi.

Piani di Lettura e Devozionali gratuiti relativi a Matayo 28:12-15