Logo YouVersion
Icona Cerca

Ivyakozwe N’intumwa 4:13

Ivyakozwe N’intumwa 4:13 RUN1967

Babonye ugushira amanga kwa Petero na Yohana, kandi babona ko batigishijwe, atar’ abanyabgenge, baratangara; maze bamenya ko bābana na Yesu

Immagine del Versetto per Ivyakozwe N’intumwa 4:13

Ivyakozwe N’intumwa 4:13 - Babonye ugushira amanga kwa Petero na Yohana, kandi babona ko batigishijwe, atar’ abanyabgenge, baratangara; maze bamenya ko bābana na Yesu