Logo YouVersion
BibPlan yoVideyo
Pran aplikasyon an
Seleksyone Lang
Chache Icon

Vèsè popilè nan Bib la ki soti nan Itanguriro 16

1

Itanguriro 16:13

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Hanyuma y’ivyo, Hagari yita izina UHORAHO yari ahejeje kuvugana na we. Aravuga ati: “Uri Eli Royi, Imana imbona,” kuko yavuga ati: “Ni ivy’ukuri ndabonye Imana y’indavyi.”

Konpare

Eksplore Itanguriro 16:13

2

Itanguriro 16:11

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Wa mumarayika w’UHORAHO yongera aramubwira ati: “Uribungenze, kandi uzovyara umuhungu. Uze umwite Ishimayeli, kuko UHORAHO yumvise ijwi ry’umubabaro wawe.

Konpare

Eksplore Itanguriro 16:11

3

Itanguriro 16:12

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Uwo mwana azomera nk’indogoba y’inyeshamba; azohangana n’abantu bose kandi abantu bose bazohangana na we, kandi azokwankana n’abavukanyi biwe bose.”

Konpare

Eksplore Itanguriro 16:12

Chapit Avan yo
Chapit suivan
YouVersion

Ankouraje ak defi pou w chèche entimite ak Bondye chak jou.

Ministè

Apwopo

Karyè yo

Volontè

Blòg

Peze

Lyen itil yo

Ed

Fè yon don

Vèsyon Bib yo

Odyo Bib yo

Diferan Lang yo nan Bib la

Vèsè Jodi a


Yon Ministè Digital nan

Life.Church
Kreyòl Ayisyen

©2026 Life.Church / YouVersion

Politik PriveTèm yo
Pwogram Divilgasyon Vilnerabilite
FacebookTwitterInstagramYouTubePinterest