Logo YouVersion
BibPlan yoVideyo
Pran aplikasyon an
Seleksyone Lang
Chache Icon

Vèsè popilè nan Bib la ki soti nan Itanguriro 26

1

Itanguriro 26:3

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

Ba urasuhukiye mur’ iki gihugu, nanje nzobana nawe, nguhe umugisha; kuko wewe n’ uruvyaro rwawe nzobaha ibi bihugu vyose; kandi nzokomeza indahiro narahiye Aburahamu so

Konpare

Eksplore Itanguriro 26:3

2

Itanguriro 26:4-5

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

nzogwiza uruvyaro rwawe, rungane n’inyenyeri zo kw ijuru, kand’ uruvyaro rwawe nzoruha ibi bihugu vyose; kandi mu ruvyaro rwawe ni ho amahanga yose yo mw isi azohērwa umugisha; kuko Aburahamu yanyumviye, agashitsa ivyo namwihanikirije n’ amabgirizwa yanje n’ivyo nashinze n’ivyagezwe vyanje.

Konpare

Eksplore Itanguriro 26:4-5

3

Itanguriro 26:22

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

Avayo arunguruza, yimbisha irindi riba, ryo ntibaritonganira: aca aryita Rehoboti; aravuga, ati Noneh’ Uhoraho adushize ahiyaguye, tuzogasāra mu gihugu.

Konpare

Eksplore Itanguriro 26:22

4

Itanguriro 26:2

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

Uhoraho aramwiyereka, ati Ntumanuke ng’uje muri Egiputa: uz’ ube mu gihugu nzokubarira.

Konpare

Eksplore Itanguriro 26:2

5

Itanguriro 26:25

Bibliya Yera 1951, 1967 (Burundi)

RUN1967

Yubakay’ igicaniro, yambaza izina ry’ Uhoraho, ashingayo amahema yiwe; na ho nyene abantu ba Isaka bahimba iriba.

Konpare

Eksplore Itanguriro 26:25

Chapit Avan yo
Chapit suivan
YouVersion

Ankouraje ak defi pou w chèche entimite ak Bondye chak jou.

Ministè

Apwopo

Karyè yo

Volontè

Blòg

Peze

Lyen itil yo

Ed

Fè yon don

Vèsyon Bib yo

Odyo Bib yo

Diferan Lang yo nan Bib la

Vèsè Jodi a


Yon Ministè Digital nan

Life.Church
Kreyòl Ayisyen

©2026 Life.Church / YouVersion

Politik PriveTèm yo
Pwogram Divilgasyon Vilnerabilite
FacebookTwitterInstagramYouTubePinterest