YouVersion-logo
RaamattuSuunnitelmatVideot
Hanki sovellus
Kielen valitsin
Hakukuvake

Suosittuja jakeita Raamatun kirjasta Luka 19

1

Luka 19:10

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Umwana w’Umuntu yazanywe no kurondera hamwe no gukiza abazimiye.”

Vertaa

Tutki Luka 19:10

2

Luka 19:38

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

“Hahezagirwe umwami aje mw’izina ry’Uhoraho!” “Amahoro abe mw’ijuru, n’icubahiro hejuru mw’ijuru!”

Vertaa

Tutki Luka 19:38

3

Luka 19:9

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Yesu aca avuga ati: “Uwu musi agakiza kinjiye muri iyi nzu, kuko uwu na we ni umwana wa Aburahamu.

Vertaa

Tutki Luka 19:9

4

Luka 19:5-6

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Yesu ahashitse, ararangamiza, amubwira ati: “Zakayo, ururuka ningoga, kuko uwu musi nyene nkwiye kurara iwawe.” Nuko aca arururuka ningoga, amwakira iwe yuzuye umunezero.

Vertaa

Tutki Luka 19:5-6

5

Luka 19:8

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Ariko Zakayo arahaguruka, abarira Umwami Yesu ati: “Mwami, ngira mfate ica kabiri c’ivyo ntunze ndakigaburire aboro, kandi nimba hari uwo nivye, ndabimuriha incuro zine.”

Vertaa

Tutki Luka 19:8

6

Luka 19:39-40

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Bamwe mu Bafarisayo bari muri iryo sinzi babwira Yesu bati: “Mwigisha, hoza abo bigishwa bawe!” Arabishura ati: “Ndababwire ukuri, naho bohora, amabuye yosemerera.”

Vertaa

Tutki Luka 19:39-40

Ilmaiset lukusuunnitelmat ja hartaudet liittyen aiheeseen Luka 19

Edellinen luku
Seuraava luku
YouVersion

Rohkaisemassa ja haastamassa sinua etsimään läheisyyttä Jumalan kanssa joka päivä.

Palvelutehtävä

Tietoa

Uramahdollisuudet

Vapaaehtoiseksi

Blogi

Lehdistö

Hyödyllisiä linkkejä

Apua

Lahjoita

Raamatunkäännökset

Ääniraamatut

Kielet

Päivän jae


Digitaalinen palvelutehtävä

Life.Church
Suomi

©2026 Life.Church / YouVersion

YksityisyyskäytännötKäyttöehdot
Haavoittuvuuden paljastamisohjelma
FacebookTwitterInstagramYouTubePinterest