شعار YouVersion
الكتاب المقدسخططفيديوهات
إحصل على التطبيق
مُحدد اللغة
رمز البحث

آيات مشهورة من الكتاب المقدس منYohana 2

1

Yohana 2:11

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Iki ni co gitangaza ca mbere Yesu yakoze, akaba yagikoreye i Kana mu ntara ya Galilaya. Uko ni ko Yesu yerekanye icubahiro ciwe, maze abigishwa biwe baramwizera.

قارن

اكتشف Yohana 2:11

2

Yohana 2:4

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Yesu aramwishura ati: “Muvyeyi, kuki ugomba kunshira muri ivyo bintu? Igihe canje ntikirashika.”

قارن

اكتشف Yohana 2:4

3

Yohana 2:7-8

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Yesu abwira abakozi ati: “Nimwuzuze izo mpange amazi.” Nuko barazuzuza gushika ku mbiga. Maze arababwira ati: “Nimudaheko mushire umuteretsi.” Na bo babikora nk’uko ababwiye.

قارن

اكتشف Yohana 2:7-8

4

Yohana 2:19

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Yesu arabishura ati: “Nimusambure uru rusengero, nanje ndarwubaka mu misi itatu.”

قارن

اكتشف Yohana 2:19

5

Yohana 2:15-16

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Yesu atora imigozi arayitsiba imera nk’inkoni, yirukana abantu bose mu rusengero, asohora n’intama n’inka, asanzaza ibiceri vy’abavunja amahera, atembagariza n’imeza zabo hasi. Abariko baragurisha inuma arababwira ati: “Sohora ibi bintu! Reka guhindura inzu ya Data isoko!”

قارن

اكتشف Yohana 2:15-16

خطط قرأة مجانية و مواضيع تعبدية ذات صلة بYohana 2

الإصحاح السابق
الإصحاح التالي
YouVersion

تشجع للبحث عن علاقة حميمة مع الله كل يوم.

خدمة

حول‌

مهن

التطوع

المفكّرة

صحافة

روابط مفيدة

مساعدة

تبرع

اصدارات الكتاب المقدس

الأناجيل المسموعة

لغات الكتاب المقدس

آية اليوم


خدمة رقمية ل

Life.Church
العربية

©2026 Life.Church / YouVersion

سياسة الخصوصيةالشروط
برنامج الكشف عن نقاط الضعف
فيسبوكتويترالإنستجرامموقع يوتيوببينتيريست