1
Matayo 11:28
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
Nimuze kuri jewe mwese abarushe n’abaremerewe n’imitwaro, ndabaruhura.
Karşılaştır
Matayo 11:28 keşfedin
2
Matayo 11:29
Mwakire umutwaro wanje hanyuma munyigireko kuko ndi umugwaneza kandi nicishije bugufi mu mutima, namwe muzoronka uburuhukiro bw’imitima yanyu.
Matayo 11:29 keşfedin
3
Matayo 11:30
Kuko umutwaro wanje urahwahutse kandi ivyo ndabikoreza ntibiremereye.”
Matayo 11:30 keşfedin
4
Matayo 11:27
Data yaranyizigiye anzeza vyose. Nta n’umwe azi Umwana atari Data, kandi nta n’umwe azi Data atari Umwana, n’uwo Umwana ahisemwo kumuhishurira.
Matayo 11:27 keşfedin
5
Matayo 11:4-5
Yesu abishura ati: “Subira inyuma, mugende mubwire Yohana ivyo mwumvise n’ivyo mubonye: abahumye barahumuka, abamugaye baragenda, abanyamibembe barahumanuka, abatumva barumva, abapfuye barazuka, kandi aboro barabwirwa Ubutumwa Bwiza.
Matayo 11:4-5 keşfedin
6
Matayo 11:15
Uwufise amatwi niyumve.
Matayo 11:15 keşfedin
Ana Sayfa
Kutsal Kitap
Okuma Planları
Videolar