1
Itanguriro 5:24
Bibiliya mu Kirundi coroshe
BKC
agendana n’Imana. Hanyuma umusi umwe arazimangana abantu baramubura, kuko Imana yamujanye.
Karşılaştır
Itanguriro 5:24 keşfedin
2
Itanguriro 5:22
Metusela amaze kuvuka, Enoki yabayeho iyindi myaka amajana atatu, agendana n’Imana, ayivyaramwo abandi bahungu n’abakobwa.
Itanguriro 5:22 keşfedin
3
Itanguriro 5:1
Uru ni rwo rukurikirane rw’abakomoka kuri Adamu. Igihe Imana yarema abantu, yabaremye mw’ishusho yayo.
Itanguriro 5:1 keşfedin
4
Itanguriro 5:2
Yabaremye ari umugabo n’umugore kandi irabahezagira, maze ibita “abantu” igihe baremwa.
Itanguriro 5:2 keşfedin