Yohana 1:3-4

Yohana 1:3-4 BKC

Imana ni we yakoresheje mu kurema vyose; mu vyaremwe vyose nta na kimwe Imana yaremye itamukoresheje. Muri we ni ho hari ubugingo, kandi ubwo bugingo bwari umuco w’abantu.

Versafbeelding voor Yohana 1:3-4

Yohana 1:3-4 - Imana ni we yakoresheje mu kurema vyose; mu vyaremwe vyose nta na kimwe Imana yaremye itamukoresheje. Muri we ni ho hari ubugingo, kandi ubwo bugingo bwari umuco w’abantu.

Gratis leesplannen en overdenkingen die te maken hebben met Yohana 1:3-4