YouVersion logo
BijbelLeesplannenVideo's
Download de app
Taalkiezer
Zoek icoon

Populaire Bijbelverzen uit Roma 11

1

Roma 11:36

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Vyose ni yo ibitanga, bibeshejweho n’ubushobozi bwayo kandi biriho kugira ngo biyiheshe icubahiro. Icubahiro cose kibe icayo ibihe vyose! Amen.

Vergelijk

Ontdek Roma 11:36

2

Roma 11:33

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Mbega ubwinshi bw’ubwenge n’ubumenyi vy’Imana! Ingingo ifata ntizitahurika kandi inzira zayo ntizimenyekana.

Vergelijk

Ontdek Roma 11:33

3

Roma 11:34

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

“Ni nde yigeze amenya ivyiyumviro vy’Uhoraho? Canke ni nde yayibereye umujenama?”

Vergelijk

Ontdek Roma 11:34

4

Roma 11:5-6

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

No muri kino gihe ni ko bimeze, harasigaye Abisirayeli bakeya bakiri abizigirwa kuko ubuntu bw’Imana bwabazigamye. Ivyo vyavuye ku buntu bw’Imana gusa, ntivyavuye ku bikorwa vyiza bakoze. Kuko, iyo biba vyavuye ku bikorwa vyiza bakoze, ubuntu bw’Imana ntibwoba bukibaye ubuntu vy’ukuri.

Vergelijk

Ontdek Roma 11:5-6

5

Roma 11:17-18

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Mwebwe abanyamahanga, mugereranywa n’amashami y’igiti c’umwelayo wo mw’ishamba, yatewe ku giti c’umwelayo wo mu murima. Mwasubiriye amwe mu mashami yaco yaciwe, muca musangira n’ayasigaye ingaburo iva mu mizi y’uwo mwelayo w’umurimano. Nuko rero, ntimukishime kuri ayo mashami yaciwe, kuko mwebwe muri amashami gusa, ntimuri imizi. Imizi ni yo ibashigikiye.

Vergelijk

Ontdek Roma 11:17-18

Gratis leesplannen en overdenkingen die te maken hebben met Roma 11

Vorig hoofdstuk
Volgend hoofdstuk
YouVersion

Moedigt jou aan en daagt je uit om elke dag gemeenschap met God te zoeken.

Bediening

Over

Carrières

Vrijwilliger

Blog

Pers

Nuttige links

Help

Bijdragen

Bijbelvertalingen

Luisterbijbels

Bijbeltalen

Tekst van de Dag


Een digitale bediening van

Life.Church
Nederlands (Nederland)

©2026 Life.Church / YouVersion

PrivacybeleidVoorwaarden
Programma voor openbaarmaking van kwetsbaarheden
FacebookTwitterInstagramYouTubePinterest