YouVersion logo
BijbelLeesplannenVideo's
Download de app
Taalkiezer
Zoek icoon

Populaire Bijbelverzen uit Ivyakozwe 4

1

Ivyakozwe 4:12

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Nta wundi agakiza karonkerwamwo, atari we, kuko ata rindi zina twahawe musi y’ijuru ryo gukirizwamwo.”

Vergelijk

Ontdek Ivyakozwe 4:12

2

Ivyakozwe 4:31

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Bahejeje gusenga, aho bari bakoraniye haratigita, bose buzuzwa Mpwemu Yera, baca bigisha ijambo ry’Imana bashize amanga rwose.

Vergelijk

Ontdek Ivyakozwe 4:31

3

Ivyakozwe 4:29

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

None rero Mwami Imana, nurabe ingene badutera ubwoba, maze ushoboze abasavyi bawe kwigisha ijambo ryawe bashize amanga rwose.

Vergelijk

Ontdek Ivyakozwe 4:29

4

Ivyakozwe 4:11

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Ni we ‘buye ryatawe n’abubatsi, ariko ryahindutse irigumya imfuruka.’

Vergelijk

Ontdek Ivyakozwe 4:11

5

Ivyakozwe 4:13

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Babonye ubushizi bw’amanga bwari muri Petero na Yohana, bakamenya ko batize, ahubwo ko ari abantu batobato, baratangara cane, ariko bamenya ko bagendanye na Yesu.

Vergelijk

Ontdek Ivyakozwe 4:13

6

Ivyakozwe 4:32

Bibiliya mu Kirundi coroshe

BKC

Abizera bose bari bahuje umutima n’inama muri vyose. Nta n’umwe yavuga ko ivyo atunze ari ivyiwe wenyene, ariko basangira ivyo bafise vyose.

Vergelijk

Ontdek Ivyakozwe 4:32

Vorig hoofdstuk
Volgend hoofdstuk
YouVersion

Moedigt jou aan en daagt je uit om elke dag gemeenschap met God te zoeken.

Bediening

Over

Carrières

Vrijwilliger

Blog

Pers

Nuttige links

Help

Bijdragen

Bijbelvertalingen

Luisterbijbels

Bijbeltalen

Tekst van de Dag


Een digitale bediening van

Life.Church
Nederlands (Nederland)

©2026 Life.Church / YouVersion

PrivacybeleidVoorwaarden
Programma voor openbaarmaking van kwetsbaarheden
FacebookTwitterInstagramYouTubePinterest